UMUKUBITO
UMUKUBITO
  • Видео 761
  • Просмотров 12 992 234

Видео

KIGINGI aaradutwengeje kuri AEROPORT tureguka//Igihugu ngiyemwo//Abavuga ko ntazogaruka//SHOW ipanze
Просмотров 12 тыс.2 часа назад
KIGINGI aaradutwengeje kuri AEROPORT tureguka//Igihugu ngiyemwo//Abavuga ko ntazogaruka//SHOW ipanze #kigingi
Intahe ibabaje//Yantegetse gukorora INDA//Kwica umwana biragoye//Agahinda mfise kubera uwo muhungu
Просмотров 3 тыс.4 часа назад
Intahe ibabaje//Yantegetse gukorora INDA//Kwica umwana biragoye//Agahinda mfise kubera uwo muhungu
MKOMBOZI yoba asubiye mu ndirimbo za POLITIQUE?//Kuvuga ko turi muri EDEN//Ubukune n'inzara BIVUGWA
Просмотров 24 тыс.9 часов назад
MKOMBOZI avuze amajambo akomeye kuri PRESIDENT//Kuvuga ko turi muri EDEN//Ubukune n'inzara bivugwa @MkomboziLucifer #fataimisalaba
Umurwizatunga w'umukenyezi kubera ubworozi bw'INKOKO//Ama MILIYONI ndonka//Uruganda nakoze//BEFA ije
Просмотров 8 тыс.14 часов назад
Umurwizatunga w'umukenyezi kubera ubworozi bw'INKOKO//Ama MILIYONI ndonka//Uruganda nakoze//BEFA ije @NtareRushatsiHouseTV #inkoko
ABAKOBWA ubu dukoresha imiti kugira ABAHUNGU baturongore//ABAHUNGU barongora ABAKECURU kubera ubuken
Просмотров 12 тыс.16 часов назад
ABAKOBWA ubu dukoresha imiti kugira ABAHUNGU baturongore//ABAHUNGU barongora ABAKECURU kubera ubuken
NELLY NATT avuze k'ubugeni SIMBIZI//Kubeshera SEBUKWE ngo yamwimye umukobwa wiwe//Ubusuma yakoze
Просмотров 16 тыс.19 часов назад
NELLY NATT atanze umuco kuri SIMBIZI//Kubeshera SEBUKWE ngo yamwimye umukobwa wiwe//Ubusuma yakoze @NtareRushatsiHouseTV @Semavumba #simbizi
RASKO atanze ukuri ku kibazo ca DJ FERNANDO na KADIE KAY//Inyifato yabo//Ubutandero buvugwa
Просмотров 12 тыс.21 час назад
RASKO atanze ukuri ku kibazo ca DJ FERNANDO na KADIE KAY//Inyifato yabo//Ubutandero buvugwa @Mista_aye #djfernando #kadiekay
Intahe ya SIMBIZI//Iwabo n'umukobwa ntibanshaka//Ubumuga bavuga////Namuteye inda kuko//Intambamyi ni
Просмотров 44 тыс.День назад
Intahe ya SIMBIZI//Iwabo n'umukobwa ntibanshaka//Namuteye inda kuko//Intambamyi dufise//Ikibabaje ni @Semavumba @NtareRushatsiHouseTV #simbizi
Intahe k'Ubumuga bw'umugore wa SIMBIZI//INSOLITE zibaye muri MARIAGE yiwe//Hn SINDIMWO atanze UMUCO
Просмотров 31 тыс.День назад
Intahe k'Ubumuga bw'umugore wa SIMBIZI//INSOLITE zibaye muri MARIAGE yiwe//Hn SINDIMWO atanze UMUCO @NtareRushatsiHouseTV @Semavumba #simbizi
FABRICE yashikirije INZU z'igitangaza Aba DIASPORA//Inguvu vyadutwaye//Akabirya kazo nuko//FABHOMES
Просмотров 27 тыс.День назад
FABRICE yashikirije INZU z'igitangaza Aba DIASPORA//Inguvu vyadutwaye//Akabirya kazo nuko//Ikibabaje @NtareRushatsiHouseTV #fabhomes
KIGINGI avuze kuba DIASPORA//Abakobwa ba BUJA muri SUMMER//Ubukene buhari/Ikosa Abavyeyi bakora nuko
Просмотров 23 тыс.14 дней назад
KIGINGI avuze kuba DIASPORA//Abakobwa ba BUJA iyi SUMMER//Ubukene buhari//Ikosa Abavyeyi bakora nuko @NtareRushatsiHouseTV #KIGINGI
Intahe y'Umurundi yaba muri AMERIKA yatashe kuba mu BURUNDI burundu//Amagorwa naboneyeho//Ikibabaje
Просмотров 18 тыс.14 дней назад
Intahe y'Umurundi yaba muri AMERIKA yatashe kuba mu BURUNDI burundu//Amagorwa naboneyeho//Ikibabaje @NtareRushatsiHouseTV
I BREEZY yakoze BELLISSIMA aravuye mu gacerere//Uwanditse irya ndirimbo//Ubutandero bwa Dj FERNANDO
Просмотров 41 тыс.14 дней назад
I BREEZY yakoze BELLISSIMA aravuye mu gacerere//Uwanditse irya ndirimbo//Ubutandero bwa Dj FERNANDO @Mista_aye @melaninboy1 @welovemuzika565 #bellissima #logo
Uwanditse BELLISSIMA avuze kubutandero bwa DJ FERNANDO//Amabi yankoreye//nkiyandika nashakako
Просмотров 78 тыс.14 дней назад
Uwanditse BELLISSIMA avuze kubutandero bwa DJ FERNANDO//Amabi yankoreye//nkiyandika nashakako @Mista_aye @welovemuzika565 @melaninboy1 #monlogo #bellissima
Apotre MBAYAHAGA kubihe UBURUNDI burimwo//Abarundi badakunda IGIHUGU//Kwidodomba bituma//Icokorwa
Просмотров 6 тыс.14 дней назад
Apotre MBAYAHAGA kubihe UBURUNDI burimwo//Abarundi badakunda IGIHUGU//Kwidodomba bituma//Icokorwa
GUSTO MELANIN aravuye mu gacerere//Isambika rya WE LOVE MUZIKA//Ukutaja muri BELGIQUE//CARRIERE SOLO
Просмотров 48 тыс.21 день назад
GUSTO MELANIN aravuye mu gacerere//Isambika rya WE LOVE MUZIKA//Ukutaja muri BELGIQUE//CARRIERE SOLO
Abavyeyi b'UMUHUNGU banse ko dukora MARIAGE kubera ndi Nyamwema//Umwana twavyaye//gufatwa kunguvu
Просмотров 10 тыс.21 день назад
Abavyeyi b'UMUHUNGU banse ko dukora MARIAGE kubera ndi Nyamwema//Umwana twavyaye//gufatwa kunguvu
NELLY NATT avuze amabanga y'abakobwa bisambanya//SEX ELECTRONIQUE bazikura//Ibiyovyabwenge bifatwa
Просмотров 12 тыс.21 день назад
NELLY NATT avuze amabanga y'abakobwa bisambanya//SEX ELECTRONIQUE bazikura//Ibiyovyabwenge bifatwa
Abavyeyi b'UMUKOBWA banse ko dukora MARIAGE kubera tudasangiye ubwoko//Amabi nakorewe iwabo/Agahinda
Просмотров 18 тыс.21 день назад
Abavyeyi b'UMUKOBWA banse ko dukora MARIAGE kubera tudasangiye ubwoko//Amabi nakorewe iwabo/Agahinda
Intahe ikomeye k'urupfu rwa PRESIDENT NKURUNZIZA//Icamwishe/COUP D'ETAT yabaye turi kumwe
Просмотров 78 тыс.21 день назад
Intahe ikomeye k'urupfu rwa PRESIDENT NKURUNZIZA//Icamwishe/COUP D'ETAT yabaye turi kumwe
Mukumva ivyo GRETTA na JUSTE bavuze murahabuka//Abarundi bamwe tudahindutse karabaye//Amarira wagize
Просмотров 21 тыс.28 дней назад
Mukumva ivyo GRETTA na JUSTE bavuze murahabuka//Abarundi bamwe tudahindutse karabaye//Amarira wagize
Udakwiza imyaka 18 nturabe iki kiganiro//Umugabo n'umugore bohana umunezero gute?//Mwotegurana gute?
Просмотров 82 тыс.28 дней назад
Udakwiza imyaka 18 nturabe iki kiganiro//Umugabo n'umugore bohana umunezero gute?//Mwotegurana gute?
Umugabo atangaje//Ku myaka 30 vyaranse ko nkura//Abakobwa ndesha baranka kuko//Intambamyi mpura nazo
Просмотров 31 тыс.Месяц назад
Umugabo atangaje//Ku myaka 30 vyaranse ko nkura//Abakobwa ndesha baranka kuko//Intambamyi mpura nazo
Abana bafise impano yo kuririmba//ivyo BIG FIZZO yatuvuzeko//icatubabaje nuko//YM MUSIC impano ida..
Просмотров 2,5 тыс.Месяц назад
Abana bafise impano yo kuririmba//ivyo BIG FIZZO yatuvuzeko//icatubabaje nuko//YM MUSIC impano ida..
NELLY NATT ntaco asigarije WE LOVE MUZIKA//Intambara ya DJ FERNANDO na MELANIN/Ivyo bapfa ntivyorosh
Просмотров 24 тыс.Месяц назад
NELLY NATT ntaco asigarije WE LOVE MUZIKA//Intambara ya DJ FERNANDO na MELANIN/Ivyo bapfa ntivyorosh
OLEGUE ntaco asigarije Abakobwa bikigihe//Basigaye badusaba ko dusambana/Abavyeyi bataye umurongo
Просмотров 10 тыс.Месяц назад
OLEGUE ntaco asigarije Abakobwa bikigihe//Basigaye badusaba ko dusambana/Abavyeyi bataye umurongo
Intahe Ibabaje ya FANNY LAVINE//Uko nafashwe ku nguvu nkiri MUTO/Amaze ku ntera INDA/Agahinda nagize
Просмотров 12 тыс.Месяц назад
Intahe Ibabaje ya FANNY LAVINE//Uko nafashwe ku nguvu nkiri MUTO/Amaze ku ntera INDA/Agahinda nagize
Intambara y'aba RAPPEURS//JISHO WORLD CYPHER/FLOW zirakoze ibara/REDBHUL,SAZ,TCHAN,LUKA barahaturiye
Просмотров 4,2 тыс.Месяц назад
Intambara y'aba RAPPEURS//JISHO WORLD CYPHER/FLOW zirakoze ibara/REDBHUL,SAZ,TCHAN,LUKA barahaturiye
Umwana yahinguye igitoro mu BURUNDI mu bisigarira vya PLASTIC//Ubuhinga nkoresha//natanguye bampinga
Просмотров 21 тыс.Месяц назад
Umwana yahinguye igitoro mu BURUNDI mu bisigarira vya PLASTIC//Ubuhinga nkoresha//natanguye bampinga

Комментарии

  • @evelynensanga3330
    @evelynensanga3330 3 минуты назад

    Yooo basha mwumve ko tubakunda cane tasha uraberewe cane kandi uri très belle courage ma grande ♥️♥️

  • @user-fy9pw2zr8l
    @user-fy9pw2zr8l 4 минуты назад

    ahubwo uvuze uko marriage ahubwo iriko inyiganyiga😂😂😂😂

  • @RoseAleose
    @RoseAleose 24 минуты назад

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @BrillantHarerimana
    @BrillantHarerimana 27 минут назад

    Gaëlle wubahwe cyane turakeneye uzotuzanire King Sat b turamukumbuye🎉

    • @jadohazardmukunzi6534
      @jadohazardmukunzi6534 23 минуты назад

      uyo bafitanye beef ntuzigera umubona cokimw na fizzo na natacha

  • @UwimanaFrediane
    @UwimanaFrediane 30 минут назад

    Hapa Rwanda tunawabari naomba like ((mwaduhayeko se ibinyobwa

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 42 минуты назад

    Uyo mukobwa ateye isoni😢. Ngo umukobwa ni ugukubitwa ngo biratesa🥺

  • @manirakizajeanmarie-iv3zz
    @manirakizajeanmarie-iv3zz 43 минуты назад

    Oy rek izo ngoran shn Tasha😎

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 43 минуты назад

    Ngo wagize mariage hataribwagere?ibintu biraza nabi,aho ndumvako bena Nirna bitameze neza, divorce iri en attente

  • @user-qi1yl6cd3d
    @user-qi1yl6cd3d 44 минуты назад

    Kabisa abarundi Bose twobaye tumeze nkamukonbozi mugukunda igihugu nukuri Burundi buba Ari paradiso kubwivyo jewe ndamuhaye amashugwe yiwe

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 48 минут назад

    Elle est très intelligente.

  • @renerwabiranga
    @renerwabiranga 53 минуты назад

    Pinningaa noe iyo song😊

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza 54 минуты назад

    Uyu mukobwa qui banalise la violence faite aux femmes,birababaje,urabona ingene yitwengesha nkuko umengo ni sujet itwengeje,uwo mwanya uriko uratwenga hari mugore yakubiswe n,umugabo arapfa,en plus uriko uratwenga,biteye agahinda,iyo sujet sito gufata ukayigira blague wa mukobwa we,mana dufashe,n,abo murikumwe bumiwe

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
    @PrudenceTuyisabe-rc5ov 59 минут назад

    Just salut salut Gaël na cano yawe irahezagiwe muyandi macano yose 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
    @PrudenceTuyisabe-rc5ov Час назад

    Alvin nukuri kw'IMANA jewe wumve ko ndagunda kandi ntiwibaze ngo nfagukundirikindi unezera ukwumez

  • @lydi791
    @lydi791 Час назад

    Uyu mukobw ibintu avuze nivyo💯

  • @lydi791
    @lydi791 Час назад

    😂😂😂😂😂😂

  • @lydi791
    @lydi791 Час назад

    😂😂 uvukur kbs ariho abakobw badakubizw mu rukundo ni babon ko bakuzw

  • @merlymegan7930
    @merlymegan7930 Час назад

    Juste Gael tu es tombé si bas??? Alvin niwe wazanye kuvuga amahopa kuri mariage ucubigira na titre wow

    • @bestjo2003
      @bestjo2003 56 минут назад

      Next time azozane wew uvuge ibitumbereye 😅

  • @ueush643
    @ueush643 Час назад

    1:49 ngo ndakwenda nukuri aho ga gael ntiwavyumvise ico ko arikiburandero niyo ndaya barikumwe

  • @studethunder1871
    @studethunder1871 Час назад

    😂

  • @nines7690
    @nines7690 Час назад

    irofa y'umukobwa araho,,,,

    • @lydi791
      @lydi791 Час назад

      😂😂noe ngaho umutukiyik ariko😂😂

    • @IziAsumix
      @IziAsumix Час назад

      None nkawe umututse kuberiki

    • @evelynensanga3330
      @evelynensanga3330 Минуту назад

      La jalousie tué 😂😂😂 hewe pfuha wigumye

  • @jimmybayihimbaze169
    @jimmybayihimbaze169 Час назад

    😂 1:46

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 Час назад

    Nip zangu❤❤

  • @user-nl7tg7zu5m
    @user-nl7tg7zu5m 2 часа назад

    Murakoze cane nzoba rondera

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 часа назад

    Ce Jeune homme😊 1.Nta Camamare kiririra Ijipo! 2.canke yakubengeye ubwishime 3.ntushobora kuvuga ngo Inoti ziriho bakubwire ubahe! Uko ni Ukugaya Abakwe! Reka kwikoroza agaciro nta Mwaka udakuza Inkumi. Ja mu bikorwa,rwiza Umwimbu Abagore b ubwoko bwose mw Isi bazokwirukako nk Isazi kukanuka! Big up yourself!Umugabo akenera Icubahiro ntakenera Urukundo! Abana n Abagore nibo bakenyeye Urukundo Ibikorwa vyawe nivyo bizoguha Icubahiro,ivyo navyo bibonwa n Incabwenge gusa! Ahubwo genda ugire Umunsi Mukuru ko usimvye Imanga y Abakwe b Ababono!bareke barye Ubwoko bwabo! Ahubwo wewe ukwiye kuriha Amande yoguta umwanya unamwamamaza umugira Rurangiranwa atabikwiye! Je mbona waratomboye ko yisezereye!Fanya kazi mwanaume Pesa!

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 4 часа назад

    Patriote Mukombozi ❤❤

  • @Muhoza95
    @Muhoza95 4 часа назад

    Uyu musore numunyabwenge kweri❤❤❤

  • @elihoudmanirakiza9075
    @elihoudmanirakiza9075 6 часов назад

    Ur'IMVUGAKURI pe,Nabaye Munkambi nanje.Courage mon Grand🖤

  • @micheleminem2032
    @micheleminem2032 6 часов назад

    Mukomhozi amajambo yiwe Ni umuriro 🔥🔥🔥

  • @nivyimanafeliasedj
    @nivyimanafeliasedj 7 часов назад

    𝐌𝐤𝐨𝐦𝐛𝐨𝐳𝐢 𝐲𝐮𝐛𝐚𝐡𝐰𝐞 𝐒𝐢𝐧𝐳𝐢 𝐤𝐨 𝐡𝐚𝐫𝐮𝐲𝐢𝐧𝐝𝐢 𝐓𝐮𝐳𝐨𝐫𝐨𝐧𝐤𝐚 𝐀𝐦𝐚𝐬𝐡𝐢 𝐌𝐞𝐧𝐬𝐡𝐢🙏🙏🙏🙏🙏🙏💐🌷🌹🌹🌹🌷🌷♥️♥️♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @MINANIEtienne-en9wu
    @MINANIEtienne-en9wu 10 часов назад

    Ikiganiro ciza cane

  • @iradukundaange-rw8ey
    @iradukundaange-rw8ey 11 часов назад

    Ndagufana cane Kigingi🎉🎉❤❤❤❤

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 14 часов назад

    Uyu jama yiko na mikundu ya wa demu! 😂😂😂 Atafilwa wingeleza!

  • @mugishajoshua618
    @mugishajoshua618 15 часов назад

    Big up childhood ❤

  • @IrafashaChristella-wo3rs
    @IrafashaChristella-wo3rs 15 часов назад

    IMANA iguhezagire caaane gosee

  • @DorianeManirakiza
    @DorianeManirakiza 15 часов назад

    Wow❤❤❤❤

  • @user-ny9kg3sr4l
    @user-ny9kg3sr4l 15 часов назад

    Poool sanaa

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 15 часов назад

    Mkombozi is 1%❤

  • @PacifiqueMasumbuko-dx9oi
    @PacifiqueMasumbuko-dx9oi 16 часов назад

    Ntibitangaje ,iki n'ogihe c'aba comediens donc muri aba comediens de nature n'ogihe canyuu

  • @ElogeDUSABE-ui2bc
    @ElogeDUSABE-ui2bc 18 часов назад

    Uri ntwari vraiment umuraperi rero nuyo burya na 2pac kwaruko kumakosa ya fbi

  • @ErickMpendwa-m6o
    @ErickMpendwa-m6o 19 часов назад

    Mkombozi wubahwe can 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 23 часа назад

    Mwubahwe

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i День назад

    Uri keza

  • @fleuryyvan595
    @fleuryyvan595 День назад

    Kumenga kigingi afise ingidi 😂

  • @EmileNdayizeye-sm7mc
    @EmileNdayizeye-sm7mc День назад

    nice vr god mkonboz

  • @alexandredusabe1817
    @alexandredusabe1817 День назад

    Kaka ndagushimiye kuko uhejeje kunyongereza imisi yo kubaho;big up sana✌️💖🤗🕊️🇧🇮

  • @alvellaniyonzima4046
    @alvellaniyonzima4046 День назад

    Ubashire umubirizi 😂😂😂

  • @alaintresorharagakiza8192
    @alaintresorharagakiza8192 День назад

    Terimbere mutama w ubuki shaa

  • @ntareelvisjagos2909
    @ntareelvisjagos2909 День назад

    Mkombozi arakwiriye kuba umushingamateka.

  • @ntareelvisjagos2909
    @ntareelvisjagos2909 День назад

    Respect Bro